Ikirundi (Kirundi)

Language fonts

To view all fonts on this page, you may need to install the appropriate language font on your computer, or use an alternative browser.

This page contains Kirundi translations of MoneySmart content. To view the publications below in English, go to publications. To access the audio and photo stories in English, go to the Money management kit for community settlement workers.

MoneySmart ni iki? (What is MoneySmart?)

Uyu murongo wa intereneti ugufitiye inkuru zitarihwa kandi zigenga zo kugufasha kumenya uburyo nyabwo bwo gukoresha amahera yawe. MoneySmart ni umugambi usohorwa na Australian Securities and Investments Commission (ASIC), iryo na ryo rikaba ari ishirahamwe rya reta.

MoneySmart irafise ibiharuzo (biri mu Congereza gusa) bigufasha kumenya amahera ushobora gusohora, ayo woziganya n'ayo wogurana.

Ukwitwara

Ukaba ufise ingorane zijanye n'amahera canke n'umuntu aguha impanuro zerekeye amahera, urashobora kwitura ASIC. Turashobora kugusigurira aho woshikiriza ibirego vyawe. Hamagara ASIC ku nomero 1300 300 630 usabe uwugusigurira mu rurimi rwawe.

This website has free independent information to help you make smart choices about your money. MoneySmart is produced by the Australian Securities and Investments Commission (ASIC) which is a government organisation.

MoneySmart has calculators (only available in English) to help you work out how much money you can afford to spend, save and borrow. 

Complaints

Interpreter iconIf you are having problems with your money or with someone giving you advice about money, you can tell ASIC. We can explain where you can take your complaint. Call ASIC on 1300 300 630 and ask for an interpreter.

Ivyasohowe (Publications)

Managing my money factsheets
 

Household budgets

Saving money

Paying bills

Contracts

Banking

Credit

Types of credit

Debt

Working in Australia: Pay, tax and superannuation

Insurance

Amajwi yo mu vyuma (Audio stories)

45  secs

Ikoreshwa ry'amahera mu rugo (Household budgets)

 

52  secs

Ingurane (Credit)

41  secs

Kuziganya amahera (Saving money)

 

47 secs

Ubwoko bw'ingurane (Types of credit)

44  secs

Kuriha amafagitire (Paying bills)

 

51  secs

Ideni (Debt)

48  secs

Amasezerano y'ubuguzi (Contracts)

 

58  secs

Gukora akazi muri Australiya (umushahara,
ikori no gutegekaniriza iza bukuru)

(Working in Australia: Pay, tax and super)

50  secs

Banki (Banking)

 

48  secs

Inkingirampanuka (Insurance)

Amasanamu agendagenda (Photo stories)

 

Related links


Last updated: 07 Aug 2017